Icon of program: History of Burundi

History of Burundi for Android


Key Details of History of Burundi

  • (English)...
  • Last updated on 6/9/2020
  • There have been 6 updates
  • Virus scan status:

    Clean (it's extremely likely that this software program is clean)


Enlarged image for History of Burundi

Developer's Description

(English)...

(English)

Burundi is one of the few countries in Africa, along with its closely linked neighbour Rwanda among others (such as Botswana, Lesotho, and Swaziland), to be a direct territorial continuation of a pre-colonial era African state.

(Ikirundi)

Irepuburika yUburundi (Urundi) ni igihugu kiri mu Bufirika bwubuseruko. Bukikujwe n'Urwanda mu buraruko; Tanzania mu buseruko hamwe n'Irepuburika iharanira idemokarasi ya Kongo RDC mu burengero. Ikiyaga Tanganyika kiri mu burengero bwUburundi kiri hafi yumurwa mukuru Bujumbura kikaba ari ica kabiri kwisi gifise munsi kure cane.

Izina ryIgihugu: Irepuburika yUburundi

Umurwa mukuru: Bujumbura

Uburinganire: Ibirometero kwadarato 27.834 (incuro indwi izinga rya Mayoroka)

Abanyagihugu: 12.100.000 (2019) muriyi myaka mirongo itatu iheze igitigiri cabantu caraduze incuro kabiri

Ukurundana: Abantu 435 ku kirometero kwadarato: Uburundi buri mu bihugu bifise abantu benshi mu Bufirika

Ukwikukira: Ku wa mbere Mukakaro 1962

Icitiro: Umurundi, Umurundikazi


Explore More